Upatikanaji viungo

Breaking News
Alhamisi, Machi 28, 2024 Local time: 19:00

(Burundi) Progarama YALI ku Burundi yitiriwe Mandela 2015


Aliyce Niyonkuru
Aliyce Niyonkuru

Abarundi bagize amahirwe yo kuza muri America muri Programme YALI yatangujwe na Presida Obama kur’uyu wa kane niho burira indege ibazana muri Reta zunzubumwe za America aho bagiye gukurikirana inyigisho mu bisata bitandukanye harimwo no kwiga ivyo kwitez’imbere.

Izo nyigisho zitegekanijwe kumara indwi 6.

Eddie Rwigema umumenyeshamakuru w’ijwi rya America yari kukibuga c’indege igihe burira indege

Progarama YALI ku Burundi yitiriwe Mandela 2015
please wait

No media source currently available

0:00 0:03:48 0:00

XS
SM
MD
LG